Kim Yong-nam, uwahoze ari Umukuru w’Igihugu ca Corée du Nord, yitavye Imana ku myaka 97
Kim Yong-nam, yahoze ari umukuru w’Inama Nkenguzamateka ya Corée du Nord, yitavye Imana afise imyaka 97, nk’uko vyatangajwe n’ibimenyeshamakuru vya leta ku wa kabiri, igenekerezo...
