Amasezerano ya Van Dijk yari guhera mu mpera z’umwaka ariko uwo mukinyi w’inyuma w’Ubuholandi yanditse amasezerano mashasha y’imyaka ibiri. Van Dijk yabwiye urubuga rwa Liverpool...
Urukino rurandiranwe n’abantuu benshi uyu munsi isaha zitatu z’ijoro ku masaha yo mu Burundi, umurwi Arsenal wo mu bwongereza uza gutana mu mitwe na Real...
Alain Mukuralinda bamusezeye ubwa nyuma uyu munsi kuwa 10 Ndamukiza kuri Paroisse katolika ya Rulindo, mu ntara y’Amajyaruguru, uwo mugenzo watagujweni misa yo gusezera irya...