Imboneshakure Buja TV yamaze gushika kuri Star Times ku murongo wa 110 ku bakoresha uburyo bw’ ubuhinga ibona kubantu bafise antenne iri mu bwoko bwa...
Abakaridinali 133 bazotora uwundi mu papa mushasha mu matora azobera ku wa gatatu, igenekerezo rya 7 Rusama, muri bo, batanu baturuka ku mugabane wa Afrika...
Ibikorwa vyo gushingurana iteka y’umuhisi Papa Fransisko azoba ku wa gatandatu igenekerezo rya 26 Ndamukiza ku parvis ya Bazilika ya Saint Peter’s mu gisagara ca...
Abarundi insinzi barahuriye mu ci Genève mu gihugu ca Suisse bahujwe n’inkino, akaranga n’ ikiyago, ivyo birori vyakoranije na bava mu bihugu 9 ku migabane...
Inkuru y’umubabaro yazindutse ikwiragizwa mu binyamakuru vyose vyemeza yuko Papa Francis ahejeje kwitaba Imana uyu musi kuwa 21 Ndamukiza 2025 ku myaka 88, inyuma y’ukwezi...
Amadolari 100.000 yaciriwe umurwi wa Mamelodi Sundowns n’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru muri Afrika kumvo zuko abakunzi buwo murwi werekanye agashavu mu rukino African Champions League hagati...