Ishirahamwe ry’umupira wa maboko Basketball mu Burundi “FEBABU” rigiye kurongorwa na Aloys Ntakirutimana yaronse amajwi 19 kuri 27 y’abatoye arushije Sebarinda Chris Bosco yaronse amajwi...
Elon Musk yavuye mu mabanga yari ajejwe yo gutwara igisata c’ubuhinga bwa reta, aho yashinzwe na Donald Trump muri Mukakaro kugira ngo agabanye cane amafaranga...
Abanyeshure bo mu mwaka w’icenda bashika 85 210 nibo bariko barakora mu gihugu cose ikibazo kibaha uburenganzira bwo kubandanya inyigisho z’inyuma ya shure shingiro catanguye...
Xavi Alonso atanguye urugendo rwiwe rushasha kuri Real Madrid n’inyuma yo kuba umukinyi hanyuma akaza kumenyerezaa abakiri bato, yahoze ari umunyegori agiye kumenyerezaumurwi wa Casa...
Abategetsi ba Tanzania bahagaritse urubuga ngurukanabumenyi X ku musi wa gatatu inyuma y’aho amakonti ya leta yibwe. Abo bakozi batangaje urupfu rw’ Umukuru Samia Suluhu...