FacebookTwitterInstagramPinterestYoutube
20.5 C
Bujumbura
August 1, 2025
  • Ubuzima bwite
  • Muturonka

bujamedia.com

Banner
  • Intango
  • Inkino
    • Inkino

      Dynamo BBC yatwaye Play Offs 2025.

      July 22, 2025

      Inkino

      PlayOffs2025: Urunani 2-2 Dynamo, urukino rwa 5 hazotsinda nde?

      July 12, 2025

      Inkino

      PlayOffs 2025: Urunani na Gladiators batsinze Game 2.

      July 8, 2025

      Inkino

      Finale PlayOffs 2025: Izotagura muriyi Week-end.

      July 3, 2025

      Inkino

      Jean Jacques Boissy azokinira Milwaukee Bucks muri NBA Summer League.

      July 3, 2025

  • Muburundi
    • Muburundi

      Amatora 2025: Abasitanteri bashasha batowe ku mugaragaro.

      July 24, 2025

      Muburundi

      Dynamo BBC yatwaye Play Offs 2025.

      July 22, 2025

      Muburundi

      ”Umunsi mpunzamakungu wahariwe abapfakazi wohimbazwa ku mugaragaro nk’iyindi minsi”. Octavie atwara AVR.

      July 14, 2025

      Muburundi

      PlayOffs2025: Urunani 2-2 Dynamo, urukino rwa 5 hazotsinda nde?

      July 12, 2025

      Muburundi

      Hari hitezwe abanyeshure 53.989 bakora Extat mu gihugu cose.

      July 8, 2025

  • Mumahanga
  • Ibigezweho
    • Politike Inkino Imibano Ubutungane Ubutunzi
      Politike

      Amatora 2025: Abasitanteri bashasha batowe ku mugaragaro.

      July 24, 2025

      Politike

      Ibiharuro vy’imfatakibaza vy’amatora y’abajenama ba komine vyagiye ahabona.

      June 11, 2025

      Politike

      ” Imyiyamamazo yagenze neza muri rusangi ” uwigenga Dieudonné Nahimana.

      June 2, 2025

      Politike

      Imyaka 50 ishirahamwe CEDEAO ribayeho.

      May 28, 2025

  • Imyidagaduro
  • Buja FM Live
    • Buja FM
    • Buja FM Gitega
  • Imboneshakure
    • BUJA TV LIVE
    • KM TV LIVE
bujamedia.com
  • Home
  • Author Yvan Manager
InkinoMuburundi

Ikirangaminsi c’ihiganwa rya Play Offs camenyekanye.

Yvan ManagerJune 16, 2025
by Yvan ManagerJune 16, 20250104
Igice ca nyuma gisozera ihiganwa nyezina ya VBL bita Play Offs yuno mwaka wi 2025 yagiye ahabona ku ruhande rw’abagabo hamwe n’abagore, izotagura igenekerezo rya...
InkinoMuburundi

“CECAFA Senior Women’s Championship”: Uburundi bwatsinzwe 3-0 na Kenya.

Yvan ManagerJune 16, 2025
by Yvan ManagerJune 16, 20250120
Umurwi nserukira gihugu w’abigeme Intamba mu rugamba baraye baakaje urukino batsinzwe ibitsindo 3 ku 0 na Kenya mu rukino rwa kabiri mw’ihiganwa rya “CECAFA Senior...
InkinoMuburundi

“Turizeye intsinzi muri rino higanwa rya Tennis, nta bwoba dufise.” Umumenyereza.

Yvan ManagerJune 11, 2025
by Yvan ManagerJune 11, 20250125
Umugwi nserukiragihugu wa Tenis w’abarundi bafashe indege bangana mu gihugu ca Angola mw’ihiganwa bitiriye Coupe Davis ryataguye igenekerezo rya 9 gushika 14 Ruheshi 2025. Igihugu...
MuburundiPolitike

Ibiharuro vy’imfatakibaza vy’amatora y’abajenama ba komine vyagiye ahabona.

Yvan ManagerJune 11, 2025
by Yvan ManagerJune 11, 20250119
Imirwi ijejwe gutegura amatora mu ntara hagati CEPI baraye bashize ahabona amajwi y’imfata ikibanza yivyavuye mu matora y’abajenama bama komine yabaye kuwa 5 Ruheshi. Umugambwe...
InkinoMuburundi

“Abakinyi bose bameze neza, hasigaye akazi k’umumenyereza” Patrick avugira Intamba mu rugamba.

Yvan ManagerJune 10, 2025June 10, 2025
by Yvan ManagerJune 10, 2025June 10, 20250133
Intamba mu Rugamba zo mu gihugu c’Uburundi baza gutana mu mitwe n’umurwi w’igihugu ca Mauritaniya isaha cumi na zibiri z’umugoroba zo mu Burundi ku kibuga...
InkinoMuburundi

Ibisikanya mu mabanga y’abagiye kurongora FEBABU.

Yvan ManagerJune 10, 2025
by Yvan ManagerJune 10, 20250118
Ishirahamwe ry’umupira w’amaboko mu Basketball mu Burundi (FEBABU) baragize umugirwa mwiza wo kubisikanya mu mabanga n’abaheruka gutorwa mu nzengo nshasha ziryo shirahamwe inyuma yuko habaye...
ImibanoMuburundi

Brarudi: Sprite Zéro ikinyobwa gishasha.

Yvan ManagerJune 3, 2025
by Yvan ManagerJune 3, 20250158
Ihunguriro ry’ibinyobwa Brarudi ryarazanye kandi ikindi kinyobwa gishasha bise “Sprite Zéro” ico kinyobwa  nta sukari yongewemwo Ico kinyobwa kitaborera kikaba kizogurwa amafaranga y’amarundi 1600 kw’icupa...
InkinoMuburundi

Aloys Ntakirutimana aramutswa ishirahamwe FEBABU.

Yvan ManagerJune 2, 2025June 3, 2025
by Yvan ManagerJune 2, 2025June 3, 20250150
Ishirahamwe ry’umupira wa maboko Basketball mu Burundi “FEBABU” rigiye kurongorwa na Aloys Ntakirutimana yaronse amajwi 19 kuri 27 y’abatoye arushije Sebarinda Chris Bosco yaronse amajwi...
MuburundiPolitike

” Imyiyamamazo yagenze neza muri rusangi ” uwigenga Dieudonné Nahimana.

Yvan ManagerJune 2, 2025June 2, 2025
by Yvan ManagerJune 2, 2025June 2, 20250121
Dieudonné Nahimana uwigenga mu matora buca aba igenekerezo rya 5 Ruheshi kuri we arashima uko iki kiringo co kwiyamamaza ca ngenze, yabishikirije imbere y’abamenyeshamakuru kugira...
MumahangaPolitike

Imyaka 50 ishirahamwe CEDEAO ribayeho.

Yvan ManagerMay 28, 2025
by Yvan ManagerMay 28, 20250139
Haciye imyaka 50 nyayo, kw’igenekerezo rya 28 Rusama 1975, ibihugu cumi na bitanu vyo muri Afirika y’Uburengero vyemeje gushinga CEDEAO, ni ukuvuga Umuryango w’Ubutunzi w’Ibihugu...

Posts navigation

1 2 3 4 … 34

IMICE

  • Amagara
  • Ibigezweho
  • Imboneshakure
  • Imibano
  • Imyidagaduro
  • Indero
  • Inkino
  • Muburundi
  • Mumahanga
  • Politike
  • Ubutungane
  • Ubutunzi
  • Umutekano
  • Zidafise Umuce

Iziheruka

Amatora 2025: Abasitanteri bashasha batowe ku mugaragaro.

Yvan ManagerJuly 24, 2025
July 24, 20250

Dynamo BBC yatwaye Play Offs 2025.

Yvan ManagerJuly 22, 2025
July 22, 20250

”Umunsi mpunzamakungu wahariwe abapfakazi wohimbazwa ku mugaragaro nk’iyindi minsi”. Octavie atwara AVR.

Yvan ManagerJuly 14, 2025
July 14, 20250

PlayOffs2025: Urunani 2-2 Dynamo, urukino rwa 5 hazotsinda nde?

Yvan ManagerJuly 12, 2025
July 12, 20250

Ibigo vy’irerero ry’abana bahawe imfashanyo n’ubushikiranganji bwo gufatana mu nda.

Yvan ManagerJuly 12, 2025
July 12, 20250

Instagram

Please enter an Access Token

Facebook

Facebook Page

IZIHERUKA

  • Amatora 2025: Abasitanteri bashasha batowe ku mugaragaro.
  • Dynamo BBC yatwaye Play Offs 2025.
  • ”Umunsi mpunzamakungu wahariwe abapfakazi wohimbazwa ku mugaragaro nk’iyindi minsi”. Octavie atwara AVR.
  • PlayOffs2025: Urunani 2-2 Dynamo, urukino rwa 5 hazotsinda nde?
  • Ibigo vy’irerero ry’abana bahawe imfashanyo n’ubushikiranganji bwo gufatana mu nda.

IMYIDAGADURO

Imyidagaduro

Drama T: ‘’ITAMPORIZE’’ indirimbo iriko ivugwako vyinshi.

Buja MediaMarch 6, 2023March 6, 2023
March 6, 2023March 6, 20230
Indirimbo imaze imisi 3 gusa igiye ahabona, imaze gushikana abantu bamaze kuyiraba bageze...
Read more
Ibigezweho

Intelligent le Comédien muri Festival Canal Comedy Buja...

Yvan ManagerApril 13, 2023April 13, 2023
Read more
Imyidagaduro

Ndirabika Augustin imboneza ku baririmvyi buno munsi.

Yvan ManagerJuly 14, 2023
Read more
Imyidagaduro

Umukuru w’Igihugu yuguruye indwi yahariwe abarundi baba mu...

Yvan ManagerAugust 18, 2023
Read more
Imyidagaduro

Indirimbo 10 zamenyekanye zatowe mu gice ca nyuma...

Yvan ManagerSeptember 28, 2023
Read more
Load more posts

Imice

  • Amagara (9)
  • Ibigezweho (46)
  • Imboneshakure (2)
  • Imibano (41)
  • Imyidagaduro (48)
  • Indero (14)
  • Inkino (108)
  • Muburundi (75)
  • Mumahanga (93)
  • Politike (52)
  • Ubutungane (4)
  • Ubutunzi (25)
  • Umutekano (12)
  • Zidafise Umuce (17)

INKINO

Dynamo BBC yatwaye Play Offs 2025.

Yvan ManagerJuly 22, 2025
July 22, 20250

PlayOffs2025: Urunani 2-2 Dynamo, urukino rwa 5 hazotsinda nde?

Yvan ManagerJuly 12, 2025
July 12, 20250

PlayOffs 2025: Urunani na Gladiators batsinze Game 2.

Yvan ManagerJuly 8, 2025
July 8, 20250

POLITIKE

Amatora 2025: Abasitanteri bashasha batowe ku mugaragaro.

Yvan ManagerJuly 24, 2025
July 24, 20250

Ibiharuro vy’imfatakibaza vy’amatora y’abajenama ba komine vyagiye ahabona.

Yvan ManagerJune 11, 2025
June 11, 20250

” Imyiyamamazo yagenze neza muri rusangi ” uwigenga Dieudonné Nahimana.

Yvan ManagerJune 2, 2025June 2, 2025
June 2, 2025June 2, 20250

IBIGEZWEHO

MissBurundi2025: Amazina y’abigeme 15 bazoja muri Finale yamaze kumenyekana.

Yvan ManagerJune 23, 2025June 23, 2025
June 23, 2025June 23, 20250

Papa mushasha Léon XIV n’ inde, n’ ibiki bikuru bikuru vyamuranze?

Yvan ManagerMay 9, 2025
May 9, 20250

Vatikano: Umwotsi wirabura werekana ko ata papa yatowe.

Yvan ManagerMay 8, 2025May 8, 2025
May 8, 2025May 8, 20250

Ibisata

  • Inkino (108)
  • Mumahanga (93)
  • Muburundi (75)
  • Politike (52)
  • Imyidagaduro (48)
  • Ibigezweho (46)
  • Imibano (41)
  • Ubutunzi (25)
  • Zidafise Umuce (17)
  • Indero (14)
@2023 - bujamedia.com. All Right Reserved. Designed and Developed by Vista Media Group (VMG)
bujamedia.com
FacebookTwitterInstagramPinterestYoutube
  • Intango
  • Inkino
  • Muburundi
  • Mumahanga
  • Ibigezweho
    • Politike
    • Inkino
    • Imibano
    • Ubutungane
    • Ubutunzi
  • Imyidagaduro
  • Buja FM Live
    • Buja FM
    • Buja FM Gitega
  • Imboneshakure
    • BUJA TV LIVE
    • KM TV LIVE