Umukuru w’Igihugu Varisito Ndayishimiye arashima intambwe ibinyamakuru vyo mu Burundi bishitseko.
Umukuru w’igihugu c’Uburundi, Évariste Ndayishimiye, yaratunganije kw’igenekerezo rya 1 Kigarama 2025, mu Ngoro y’igihugu Ntare Rushatsi, inama ikomeye n’abarongoye ibinyamakuru. Iyo nama yashizwe mu ntumbero...
