Zéphyrin Maniratanga nta facebook akoresha: “Abariko bakoresha izina ryanje, bariko barabiba, sijewe”
Ubusuma bumaze igihe buriko burakorwa n’abantu biyitirira amazina y’abantu bakomeye mu gihugu ku mbunga ngurukana bumenyi babesha abantu kugira babibe bakoresheje uruyeri ivyo nivyo bimaze...