Amaziko ya Papa Fransisko azoba kuwa 26 Ndamukiza muri Bazilika ya Mariya mweranda.
Ibikorwa vyo gushingurana iteka y’umuhisi Papa Fransisko azoba ku wa gatandatu igenekerezo rya 26 Ndamukiza ku parvis ya Bazilika ya Saint Peter’s mu gisagara ca...