Interzone Bujumbura ku ncuro igira icenda rigiye gutagura.
Ishengero rya Bonne Evangile rigiye gutunganya ku ncuro igira icenda ihiganwa rihuza amazone 13 agize...
Gallery
Sylvain Nzikoruriho yatowe gutwara ishirahamwe FEBUKA imyaka 4.
Sylvain Nzikoruriho yaraye yizewe n’inama ya bose kurongora ishirahamwe rya Karaté mu Burundi FEBUKA mu...
Divine Light yashize ahabona indirimbo nshasha yise “Ni Mwema”
“Ni Mwema” n’ indirimbo nshasha y’ umuririmvyi Divine, yamenyesheje ko afise intumbero yo gufata akarere...
MissBurundi2025: Amazina y’abigeme 15 bazoja muri Finale yamaze kumenyekana.
Ihiganwa ritora umukobwa mwiz kandi aciye ubwenge ryarabandanije kandi kugira batore abigeme 15 bazobandanya mw’ihiganwa...
Latest News
Interzone Bujumbura ku ncuro igira icenda rigiye gutagura.
Ishengero rya Bonne Evangile rigiye gutunganya ku ncuro igira icenda ihiganwa rihuza amazone 13 agize igisagara ca Bujumbura, iryo higanwa rikazotangura kuva italiki 13/07 gushika kuwa 10/09/2026, rikazobera ku kibuga c’umupira w’amaguru kiri muri zone kinama mu ntumbero yo gufasha urwaruka muribi bihe vy’uburuhuko bigasahiriza mu ndero kandi no mu…
Sylvain Nzikoruriho yatowe gutwara ishirahamwe FEBUKA imyaka 4.
Sylvain Nzikoruriho yatowe gutwara ishirahamwe FEBUKA imyaka 4.
Sylvain Nzikoruriho yaraye yizewe n’inama ya bose kurongora ishirahamwe rya Karaté mu Burundi FEBUKA mu kiringo c’imyaka 4 atorwa ku...
Divine Light yashize ahabona indirimbo nshasha yise “Ni Mwema”
Divine Light yashize ahabona indirimbo nshasha yise “Ni Mwema”
“Ni Mwema” n’ indirimbo nshasha y’ umuririmvyi Divine, yamenyesheje ko afise intumbero yo gufata akarere arico gituma yaririmvye mu giswahiri,...
MissBurundi2025: Amazina y’abigeme 15 bazoja muri Finale yamaze kumenyekana.
MissBurundi2025: Amazina y’abigeme 15 bazoja muri Finale yamaze kumenyekana.
Ihiganwa ritora umukobwa mwiz kandi aciye ubwenge ryarabandanije kandi kugira batore abigeme 15 bazobandanya mw’ihiganwa rya nyuma ryuno mwaka. Ivyo...
Imigambi 4 ikomeye yihutirwa Diaspora ndundi izokora mu ndwi yabahariwe.
Imigambi 4 ikomeye yihutirwa Diaspora ndundi izokora mu ndwi yabahariwe.
Abarundi baba hanze y’ihigugu ”Diaspora ndundi” bagiye gutegura ihiganwa “Inkingi z’imbonakazoza Event” ku barundi bafise impano zitandukanye bikazobera mu ntara...
PlayOffs2025: Les Hippos ihejeje gutakaza urukino rwa mbere itsinzwe na Dynamo.
PlayOffs2025: Les Hippos ihejeje gutakaza urukino rwa mbere itsinzwe na Dynamo.
Umurwi wa Dynamo uhejeje gutsinda bitayoroheye umurwi wa Les Hippos, ku manota 87 kuri 78 mu gice ca kabiri gishira...
Professeur Émile Mworoha yitavye Imana ku myaka 85.
Professeur Émile Mworoha yitavye Imana ku myaka 85.
Uburundi bwaraye bubuze umuhinga muri kahise Professeur Émile Mworoha yitavye Imana mu gihugu c’Ubufaransa kwivuza, amazeyo indwi 2 yagiye kwivuza,yitavye...
Umurundi Thilo Kehrer akina AS Monaco yaje gukurikirana imigambi akorera mu Burundi.
Umurundi Thilo Kehrer akina AS Monaco yaje gukurikirana imigambi akorera mu Burundi.
Thilo Kehrer umurundi akina muri AS Monaco yaraye ashitse mu gihugu c’Uburundi afise umunezero mwinshi kugaruka iwabo kuri we ahakundira...
“Dufise abatovyi benshi” Inter star yaramenye ko Vital’O irimwo mu bashaka kuyisambura.
“Dufise abatovyi benshi” Inter star yaramenye ko Vital’O irimwo mu bashaka kuyisambura.
Abarongozi b’umurwi Inter Star baratanze umuco kubimaze igihe bivugwa yuko Youssouf Ndayishimiye na Bonfils Caleb Bimenyimana bipfuje kugura umugwi wa...