Uwo mukinyi w’umunya Monaco yashinze ishirahamwe ryitwa Fondation rifise intumbero yo gufasha urwaruka rw’Uburundi, bakaruha amahirwe yo kwiteza imbere mu buryo no mu kwigisha umwuga....
Cristiano Ronaldo araguma afise igikombe ciwe. Ku mwaka ugira gatatu ukurikiranye, uwo mukinyi w’umunya Portigal w’umukinyi wa Al-Nassr niwe ari ku rutonde rw’abakinnyi bahembwa cane...
Abafana amajana n’amajana ba FC Barcelona baragiye mu mabarabara y’igisagara ku musi w’Imana, bahimbaza intsinzi yabo bahejeje kwirahira umurwi bakebana Real Madrid ibitsindo 4-3. Iyi...
Robert Francis Prevost, yavutse kw’igenekerezo rya 14 Nzero mu 1955 i Chicago, kuva kw’igenekerezo rya 8 Rusama 2025, ni Umusenyeri wa 267 w’i Roma akaba...
Umwotsi w’umwirabura waravuye mu mugende mutoyi w’umwotsi w’Ingoro ya Sixtine ku musi wa gatatu ndetse nuyu munsi ugira 2 nk’ikimenyetso cuko ata mu papa mushasha...
Abakaridinali 133 bazotora uwundi mu papa mushasha mu matora azobera ku wa gatatu, igenekerezo rya 7 Rusama, muri bo, batanu baturuka ku mugabane wa Afrika...
Inkuru y’umubabaro yazindutse ikwiragizwa mu binyamakuru vyose vyemeza yuko Papa Francis ahejeje kwitaba Imana uyu musi kuwa 21 Ndamukiza 2025 ku myaka 88, inyuma y’ukwezi...