MuburundiZidafise Umuce

Buja TV kuri Star Times, kuri chaines 110.

Imboneshakure Buja TV yamaze gushika kuri Star Times ku murongo wa 110 ku bakoresha uburyo bw’ ubuhinga ibona kubantu bafise antenne iri mu bwoko bwa DDT chaine, ushobora kuraba Buja TV ufise ya antenne ntoya itandukanye na zimwe nini benshi bita Parabolique.

Itandukaniro n’irihe hagati ya antenne DTT hamwe na DTH.

Abafise iyi antenne ya DTT nibo bonyene baraba Buja TV.

Abakoresha antenne DTT iriko Buja TV ubu, ibona gusa kubari mu gisagara ca Bujumbura ariko vuba cane izoshobora kubona kubakoresha antenne ya DTH.

Ubwoko bwa antenne DTH.

Antenne ya DTH, mukunda kuzibona mu babanyi imanitse hejuru ku nzu ifise ikintu benshi bakunda kubona kimeze nk’igisahani hejuru, yorohereza kuraba ama chaine abantu bose n’abari hagati mu gihugu abakoresha Star Times.

Buja TV vuba cane muzoshobora kuyikurikirana kubakoresha antenne DTH hamwe n’abafise STNB.

 

Related posts

Igikombe c’Umukuru w’Igihugu 2025: Tombola y’igice ca 1/16 yamenyekanye.

Yvan Manager

William Perry umukinyi mushasha w’ Urunani BBC,n’ibiki vyamuranze muri kahise?

Yvan Manager

Ibiharuro mfatakibanza vya rusansuma y’abarundi ni 12.332.788 vyemezwa na reta.

Yvan Manager

Leave a Comment