Vatikano: Abakardinali batanguye imyiteguro yo gutora Papa mushasha.
Imiryango rusangi y’abategetsi muri Ekleziya Katolika yuguruwe icese ku mugaragaro ku wa mbere igenekerezo rya 5 Rusama i Vatikano, imbere y’ikoraniro ritegekanijwe inyuma y’umutaga kw’igenekerezo...
