Umuririmvyi Saïdi Brazza yitavye Imana.

Mw’ijoro ryo kuri uyu wa kane igenekerezo rya 23 Ntwarante 2023 rishira uwa gatanu niho hamenyekana inkuru y’umubabaro yuko umuririmvyi Saïdi Brazza yitavye Imana muri bimwe mu bitaro vyo mu gisagara ca Ngozi ahitanwe n’ indwara ya asima (Asthme). Nshimirimana Saïdi benshi bazi kw’izina rya Saïdi Brazza yamenyekanye kuva mu … Continue reading Umuririmvyi Saïdi Brazza yitavye Imana.