Miss Burundi: Amazina 26 yabagiye mu 1/2 c’ihiganwa.

Abakobwa beza kandi baciye ubwenge 26 nibo batowe inyuma y’amajojora, yabagiye mu gice ca kabiri gishira icanyuma c’ihiganwa, yabaya kuwa 29 Ndamukiza n’ishirahamwe ririko rirategura iryo higanwa ‘’Miss Burundi’’. Abari biyandikishije bose hamwe bashika 142. Igisagara ca Bujumbura nibo batowe kubwinshi bashika 9 muri 26. Murayo majojora, intara ya Bujumbura … Continue reading Miss Burundi: Amazina 26 yabagiye mu 1/2 c’ihiganwa.