Léonce Ngabo, Ednaky, Masterland na B Face bavuze iragi Saïdi Brazza abasigiye.

Abaririmvyi batandutanye bo mu Burundi bagize ico bashikirije kuco umuhisi Saïdi Brazza asigiye nk’iragi abaririmvyi biki gihe harimwo kwandika neza indirimbo zirimwo ubutumwa buhanura. Bamwe mu baririmvyi bakomeye nka Léonce Ngabo yaririrmvye mu myaka yi 1980, yavuze ko baherukana inyuma y’ indwi 2 amubwira ukuntu ariko arategura kw’ibuka umuhisi Canjo … Continue reading Léonce Ngabo, Ednaky, Masterland na B Face bavuze iragi Saïdi Brazza abasigiye.