“Festival Canal Comedy Buja 2023” : Iminsi 3 yo gutwenga mu gisagara ca Bujumbura.

Abakunda kuryoherwa mu Burundi bagiye kugira iminsi 3 yo gutwenga ivyo bikazotuma ishusho ryiza ry’Uburundi rishika kure mu rukurikirane rw’ibikorwa bidasanzwe vyateguwe n’ikigo ndangakaranga c’abafaransa mu Burundi( Institut Français du Burundi) gifadikanije n’amashirahamwe amw’amwe nk’ubuserukizi bw’Ubufaransa mu Burundi(EU), Ubumwe bw’Ubusuwisi (Coopération Suisse), ishirahamwe Canal+ murivyo bikorwa bizobera ngaha mu gisagara … Continue reading “Festival Canal Comedy Buja 2023” : Iminsi 3 yo gutwenga mu gisagara ca Bujumbura.