Festival Canal Comedy Buja 2023: Canal+ igiye kwerekana abarundi bazi gutwenza.

Urwaruka rukiri ruto rw’abatwenza babarundi bagiye kuronka mahirwe y’uko ingabire zabo zishika kure zikarenga imbibe z’Uburundi, ivyo bikazokorwa babifashwijwemwo n’ishirahamwe ridandaza amasanamu Canal+ kuri shene yayo. Nkuko Buja Fm yashoboye kubikurikiranira hagufi mu nyigisho baronse zamaze iminsi 10 abagize izo nyigisho bashika 21 mu ngoro ndangakaranga y’abafaransa bariko bigishwa n’abahinga … Continue reading Festival Canal Comedy Buja 2023: Canal+ igiye kwerekana abarundi bazi gutwenza.